Perezida Vladimir Putin w'Uburusiya avuga ko ategerezwa kwihora inyuma yo kwagiriza Ukraine igitero cahitanye abantu ku nyubakwa y'uburaro bw'abanyeshure mu karere kigaruriwe n'Uburusiya mu buseruko ...